Ja ku birimwo

Kw’isi yose: Ibitigiri nyamukuru

  • Ibihugu Ivyabona vya Yehova barimwo: 239

  • Ivyabona vya Yehova: 8.699.048

  • Abigishwa Bibiliya ku buntu: 5.666.996

  • Abitavye Icibutso c’urupfu rwa Yezu: 19.721.672

  • Amashengero y’Ivyabona: 117.960

 

Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Tuba mu bihugu bitandukanye kandi tuva mu moko atandukanye n’imico kama itandukanye. Ushobora kuba umenyereye kutubona tugenda turigisha Ijambo ry’Imana, ariko turafasha abantu no mu yindi mice ihambaye.

Raba kandi

IBITABU N’UDUTABU

Raporo yo kw’isi yose y’Ivyabona vya Yehova: Umwaka w’umurimo wa 2022

Niwirabire amakuru ajanye n’igikorwa co kwamamaza Ivyabona vya Yehova baranguye kw’isi yose kuva Nyakanga 2021 gushika muri Myandagaro 2022.

UMUNARA W’INDERETSI

Ivyabona vya Yehova ni bande?

Woba uhora wibaza ibibazo nk’ivya bamwebamwe mu bavuzwe muri iki kiganiro?