Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Lezoto

  • Mu gasagara kitwa Setibing, muri Lezoto: Ariko aramamaza inkuru nziza mu rurimi rwitwa Sesotho

  • I Bokong muri Lezoto: Ivyabona vya Yehova bariko baraha umuntu ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi

Lezoto: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 2.363.000
  • Abigisha Bibiliya: 4.594
  • Amashengero y’Ivyabona: 83
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 537