Ja ku birimwo

Gusaba ko tukugendera

Woba woshima kumenya vyinshi ku vyerekeye Bibiliya canke Ivyabona vya Yehova? Nimba wobishima, nusabe ko Ivyabona vya Yehova bakugendera mu kwuzuza aha hepfo, maze Icabona wo mu karere iwanyu azoheza akugendere.

Amakuru akwerekeye uduha tuzoyakoresha gusa mu gutunganya ivyo uzoba wasavye. Ivyo birahuye n’Amategeko yacu agenga ikoreshwa ry’amakuru yerekeye umuntu ku giti ciwe.

Tuzokurondera

Umaze kwuzuza agace ko gusabirako, Icabona ca Yehova azogerageza kukurondera nko mu ndwi imwe canke zibiri.

Niwige Bibiliya

Nurabe ibintu bitandukanye Bibiliya yigisha canke ubaze ingene twigisha Bibiliya ku buntu.

Biroroshe

Urashobora kubonana n’uwukwigisha amaso mu yandi canke biciye ku buhinga bwa none, ku mwanya uwo ari wo wose no mu kibanza cokworohera.