Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Porto Riko

  • I San Juan muri Porto Riko, hafi y’ikibanza citwa Fort El Morro kimaze hafi imyaka 500: Ivyabona bariko barishura ikibazo gishingiye kuri Bibiliya

  • I San Juan muri Porto Riko, hafi y’ikibanza citwa Fort El Morro kimaze hafi imyaka 500: Ivyabona bariko barishura ikibazo gishingiye kuri Bibiliya

Porto Riko: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 3.203.000
  • Abigisha Bibiliya: 22.806
  • Amashengero y’Ivyabona: 222
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 141