• I Stellenbosch muri Afrika y’Epfo: Ivyabona vya Yehova bariko barabwira inkuru nziza umurimyi w’imizabibu inyuma y’igisagara ca Cape Town

  • I Cape Town, muri Afrika y’Epfo: Ivyabona bariko baravuga inkuru nziza y’Ubwami i Bo-Kaap

  • I Weltevrede, mu ntara ya Mpumalanga yo muri Afrika y’Epfo: Ivyabona vya Yehova bariko baratumira ku makoraniro umukenyezi wo mu bwoko bwa Bandebele

Afrika y'Epfo: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 57.539.935
  • Abigisha Bibiliya: 105.232
  • Amashengero y’Ivyabona: 2.034
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 547