Kwizera Imana

Ukwizera ni ikintu gikomeye gituma dukora iciza. Kurashobora gutuma utekanirwa ubu, kukagufasha no kugira icizigiro ntakekeranywa ca kazoza. Naho woba utigeze wizera Imana, canke ukaba utakiyizera, canke naho ukaba ushaka kurushiriza kuyizera, Bibiliya irashobora kugufasha.

NIWIGANE UKWIZERA KWABO

Petero: Yari intahemuka mu bigeragezo

Ukwizera kwa Petero hamwe n’ukudahemuka kwiwe vyamufashije gute kwemera gukosorwa na Yezu?

NIWIGANE UKWIZERA KWABO

Petero: Yari intahemuka mu bigeragezo

Ukwizera kwa Petero hamwe n’ukudahemuka kwiwe vyamufashije gute kwemera gukosorwa na Yezu?

Niwigane ukwizera kw’abagabo n’abagore bavugwa muri Bibiliya

Ivyasohowe

Ukwizera Nyakuri Kurashobora Gutuma Ubaho Uhimbawe

Aka gatabu karerekana ukuntu abantu bo mu bihugu bitandukanye bashobora kuronka agahimbare mu gukomeza ukwizera kwabo.