INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Ingo n’imiryango

Ikirundi
Ingo n’imiryango
https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1011205/univ/art/1011205_univ_sqr_xl.jpg

Ingo n’imiryango

Bibiliya igenewe abantu bose kandi irimwo impanuro zotuma urugo rwawe rurushiriza kumera neza kandi zikagufasha kurera abana bawe. a

a  Bamwebamwe mu bavugwa muri iki gihimba si ko basanzwe bitwa.

Umubano w’ababiranye

Ivyasohowe

Urugo rwanyu rurashobora kugira agahimbare

Urashobora kugira agahimbare mu mubano wanyu no mu rugo rwanyu ukurikije ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya.