Kureshanya
Bwoba ari ubugenzi canke ni urukundo?—Igice ca 1: Nobimenya gute?
Raba ibintu vyogufasha kumenya nimba umuntu ashaka ko mukundana canke ko muba abagenzi gusa.
Bwoba ari ubugenzi canke ni urukundo?—Igice ca 2: Nobimenya gute?
Umugenzi wawe yoba yibaza ko ico ushaka atari ubugenzi busanzwe gusa? Raba impanuro zogufasha.
Rwoba ari urukundo canke ni igihababu?
Menya insobanuro y’urukundo rw’igihababu n’urukundo nyakuri.
Gukinisha urukundo hoba hari ico bitwaye?
Neza na neza gukinisha urukundo ni iki? Kubera iki bamwebamwe babigira? Vyoba birimwo akaga?
Urukundo nyakuri ni iki?
Impanuro Bibiliya itanga zirashobora gufasha umuntu kubona ingene yohitamwo neza uwo bazokwubakana n’ingene yomukunda vy’ukuri bamaze kurushinga.
Noba ngeze kurondera uwo dukundana?
Ibintu bitanu vyogufasha kumenya nimba ugeze gukundana no kwubaka urwawe.
Twoba tuberanye?
Ushobora gute kutaraba gusa ibiboneka inyuma ariko ukaraba n’uko umugenzi wawe ameze koko?
Ivyabona vya Yehova boba bashinga amategeko agenga ivy’ugukundana?
Gukundana bwoba ari uburyo bwo kwinezereza gusa canke bisigura ikindi kintu?
Twoba dukwiye guhagarika ubucuti?(Igice ca 1)
Umubano ni ubucuti bwamaho. Nimba rero ufise amakenga ku bijanye n’uwo mufitaniye imigenderanire y’ivy’urukundo, ntuvyirengagize!
Twoba dukwiye guhagarika ubucuti? (Igice ca 2)
Guhagarika ubucuti ntivyigera vyoroha. Wobigenza gute mu buryo bwiza?
Igihe ubucuti buhagaze
Ni igiki cogufasha kwihanga igihe muhebanye n’umuntu maze ubuzima bukabandanya?