Ja ku birimwo

Amakuru agenewe abategetsi

Iki gice kirimwo amakuru yemewe n’amategeko yerekeye Ivyabona vya Yehova agenewe abategetsi.

Inzego z’ivy’amategeko

Agasandugu ka posita be na nomero za telefone z’inzego zacu z’ivy’amategeko.

Udutabu dutanga amakuru hirya no hino kw’isi

Utu dutabu twateguriwe abategetsi, amashirahamwe aharanira agateka ka zina muntu hamwe n’abajejwe ivy’amategeko kugira tubahe amakuru kanaka yerekeye Ivyabona vya Yehova hirya no hino kw’isi.

Ivyabona vya Yehova bapfunzwe bazira ukwemera kwabo: Ibihugu bapfungiwemwo

Ibihugu Ivyabona vya Yehova bapfungiwemwo bahorwa kubaho bisunga ukwemera kwabo be n’uburenganzira bafise, rimwe na rimwe bakaba bafatwa nabi cane aho bapfungiwe.