Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Kubera iki aho musengera muhita “Ingoro y’Ubwami”?

Kubera iki aho musengera muhita “Ingoro y’Ubwami”?

Iryo zina rirabereye kubera izi mvo zikurikira:

  • Iyo nyubakwa ni ingoro, ni ukuvuga ikibanza kigirirwamwo amakoraniro.

  • Dukoranira hamwe kugira dusenge Yehova, ya Mana ivugwa muri Bibiliya, no kugira dushinge intahe ku biyerekeye.Zaburi 83:18; Yesaya 43:12.

  • N’ikindi kandi, dukoranira hamwe kugira twige ivyerekeye Ubwami bw’Imana, ubwo Yezu yakunda kuvuga.Matayo 6:9, 10; 24:14; Luka 4:43.

Urahawe ikaze kugendera Ingoro y’Ubwami iri hafi yawe maze wibonere ingene Ivyabona vya Yehova bagira amakoraniro yabo.

 

Raba n'ibindi

Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga

Niwirabire ingene amakoraniro yacu agirwa.