Nusome canke wumvirize Bibiliya kuri internet, canke uvome ku buntu ibisomwa vyayo vyafashwe amajwi, n’ibiri mu rurimi rw’ibimenyetso. Bibiliya y’isi nshasha ni Bibiliya itagiramwo amakosa kandi yoroshe gusoma. Imaze gucapurwa, yaba ari yose canke igice cayo, mu ndimi zirenga 160. Amabibiliya arenga imiliyoni 220 ni yo amaze gukorwa.