Inkuru zerekeye Ivyabona vya Yehova
Ivyabona vya Yehova barihatira kureka Ijambo ry’Imana Bibiliya rikabayobora mu vyo biyumvira, mu vyo bavuga no mu vyo bakora. Irabire ingene Bibiliya yahinduye ubuzima bwabo n’ubw’abandi.
BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA
Jason Worilds: Wama uroranirwa igihe ukorera Yehova
Gushingira ubuzima bwacu ku gukorera Yehova vyama bituma tugira umunezero urama.
BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA
Jason Worilds: Wama uroranirwa igihe ukorera Yehova
Gushingira ubuzima bwacu ku gukorera Yehova vyama bituma tugira umunezero urama.