BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Ukuntu natanguye guhimbarirwa ubuzima

Ikirundi
Ukuntu natanguye guhimbarirwa ubuzima
https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/501000015/univ/art/501000015_univ_sqr_xl.jpg
ijwcl ikiganiro 32

Ukuntu natanguye guhimbarirwa ubuzima

Ukuntu natanguye guhimbarirwa ubuzima

Sergey yakuze ari umuntu yamana ubwoba. Yarasavye Imana ngo imufashe kumenya igituma ariho, kandi isengesho ryiwe ryarishuwe haciye gusa amasaha abiri.