BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Naripfuza kurwanya akarenganyo

Ikirundi
Naripfuza kurwanya akarenganyo
https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502018114/univ/art/502018114_univ_sqr_xl.jpg
ijwcl ikiganiro 20

BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA

Naripfuza kurwanya akarenganyo

Naripfuza kurwanya akarenganyo

Rafika yarinjiye mu muhari wari wiyemeje kurwanya akarenganyo. Ariko yahavuye amenya ko Bibiliya isezerana yuko mu gihe c’ingoma y’Ubwami bw’Imana hazoba hari amahoro n’ubutungane.