Ivyerekeye Ivyabona vya Yehova
Ushobora kuba utubona turiko turigisha abantu Bibiliya. Ushobora kuba umaze gusoma ibitwerekeye mu binyamakuru canke abandi bakaba bamaze kukwiganira ivyacu. Ariko woba uzi Ivyabona vya Yehova vy’ukuri?
Raba kandi: Ivyabona vya Yehova bemera iki?
Frequently Asked Questions
Ivyabona vya Yehova bemera iki?
Soma incamake y’ibintu 15 nyamukuru twemera.
Kubera iki Ivyabona vya Yehova badahimbaza imisi mikuru imwimwe?
Raba ibibazo bitatu vyerekeye Ivyabona vya Yehova n’imisi mikuru.
Kubera iki Ivyabona vya Yehova badahimbaza imisi mikuru y’ivuka?
Raba ibintu nyamukuru bine vyerekana igituma imisi mikuru y’ivuka idahimbara Imana.
Kubera iki Ivyabona vya Yehova batemera guterwa amaraso?
Hari ivyiyumviro vyinshi bitari vyo abantu bafise ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova n’uguterwa amaraso. Raba ivyo twemera kuri ico kintu.
Ivyabona vya Yehova boba ari abakirisu?
Raba ukuntu dutandukanye n’abandi bitwa abakirisu.
Ibindi bibazo bikunze kubazwa
Urashobora kuronka inyishu z’ibindi bibazo vyinshi wibaza ku bitwerekeye.
Free Bible Course
Contact Us
Gusaba ko tukugendera
Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova.
Niwitabe amakoraniro y’Ivyabona vya Yehova
Raba ibijanye n’amakoraniro y’ivy’ugusenga tugira. Raba aho abera hari hafi yawe.
Adrese z’Ivyabona vya Yehova
Adrese z’Ivyabona vya Yehova kw’isi yose.
Kugendera Beteli
Raba ukuntu ushobora gutemberezwa ku biro vy’ishami bikwegereye.