Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ibikino bishingiye ku busomyi bwa bibiliya

Niwumvirize imirongo yo muri Bibiliya yafashwe amajwi mu buryo bw’igikino, igihe isomwa iherekejwe n’amajwi amwamwe y’ibintu canke y’abantu yongewemwo. Urashobora kuvoma ayo mavidewo. Araboneka no mu ndimi z’ibimenyetso.

Nuhitemwo ururimi, uce ufyonda ahanditse Rondera kugira ubone ibikino biboneka muri urwo rurimi. Niwandike rimwe mu majambo agize umutwe w’igikino canke izina ry’igitabu co muri Bibiliya kugira utore ico gikino.

 

UKO VYIPANGA
Ku mirongo myinshi
Ku murongo uhagaze

Nugire ukwizera gukomeye maze utsinde ubwoba (Luka 5:1-11; Matayo 14:23-34; Matayo 26:31-75)

Mucike abumva Ijambo ry’Imana n’abarikora (Luka 4:1-30; 1 Abami 17:8-24)

"Gushika ncikanye, sinzokwiyambura ugutungana kwanje!" (Yobu 1:1-2:10; Daniyeli 6:1-28)

Ntudendebukirwe igihe Yehova agukosoye! (Yona 1:4-15; 3:1-4:11)

Inkuru y’ivyabaye koko ituma tugira icizigiro (Rusi 1:1-4:22)

Nimukomeze imitima yanyu kugira mwamamaze inkuru nziza (Matayo 27:32—28:15; Luka 24:8-53)