Ja ku birimwo

Ikimenyetso c’imisi y’iherezo ni ikihe?

Muri ico kimenyetso hoba harimwo indwara z’ibiza?

 

Raba inyishu

Raba amavidewo, imiziki, ibiganiro n'amakuru biheruka gushirwako.

Raba ibishasha

Niwitabe amakoraniro y’Ivyabona vya Yehova

Raba aho tugirira amakoraniro y’ivy’ugusenga n’ingene dusenga. Nta n’umwe yimiriwe kandi nta mperezwa zitangwa.

Nusabe ko Ivyabona vya Yehova bakugendera

Nuganire n’Ivyabona vya Yehova kuri Bibiliya, canke urabe ko wokurikirana ivyigwa vya Bibiliya dutanga ku buntu.

Ivyabona vya Yehova turi bande?

Tuva mu moko amajana kandi tuvuga indimi amajana, ariko turunze ubumwe kubera ko dufise imigambi imwe. N’igihambaye kuruta, twipfuza gutera iteka Yehova, ya Mana yandikishije Bibiliya ikaba n’Umuremyi w’ibiriho vyose. Turakora uko dushoboye kwose kugira twigane Yezu Kristu kandi turahimbarwa no kwitwa abakirisu. Umwe wese muri twebwe aramara umwanya adahorereza afasha abantu kwiga ivyerekeye Bibiliya n’Ubwami bw’Imana. Kubera ko dushingira intahe Yehova Imana be n’Ubwami bwiwe, twitwa Ivyabona vya Yehova.

Niwinjire mu muhora wacu wa internet. Nusomere Bibiliya kuri internet. Nurushirize kumenya ibitwerekeye be n’ivyo twemera.

 

Two of Jehovah's Witnesses preaching to a man in a rice paddy.