Inkuru y’ukuntu Bibiliya yazigamwe, ukuntu yahinduwe n’ukuntu yakwiragijwe iratangaje cane. Ibintu abahinga baheruka kwubura biremeza ko ivuga ukuri. Naho woba uri mw’idini irihe, uzokwibonera ko Bibiliya ataho ihuriye n’ibindi bitabu.