Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ingene ibitabu bishingiye kuri Bibiliya bikwiragizwa muri Kongo

Ivyabona vya Yehova baragira ingendo ndende buri kwezi bashiriye amabibiliya n’ibitabu bishingiye kuri Bibiliya abantu bo muri Republika iharanira demokrasi ya Kongo.

Agatabu gafasha abantu bose kigisha gakoresheje amashusho

Agatabu Niwumvirize Imana karafashije abantu benshi bo hirya no hino kw’isi kumenya Imana be n’ubutumwa bwo muri Bibiliya. Raba ivyo bamwe bavuze ku vyerekeye aka gatabu karimwo amashusho y’amabara menshi.

Ingabirano y’amatike y’indege 19.000

Inama Nyobozi yarafashije abamisiyonari be n’abandi bari mu murimo udasanzwe w’igihe cose bakorera mu mahanga gusubira iwabo kugira ngo bitabe amahwaniro bongere bamarane umwanya n’imiryango yabo.

Igikorwa cacu co kwamamaza

Bamenyesha i Paris icizigiro Bibiliya itanga

Ivyabona vya Yehova baragize isekeza ridasanzwe ryo kumenyesha icizigiro Bibiliya itanga kijanye no kuba kw’isi itagira ibiyonona.

Raba vyose

Igikorwa kijanye n’ibisohorwa

Amafoto yongereza akanovera k’igisomwa

Abafotora babigenza gute mu gufata amafoto yongereza akanovera k’ibitabu vyacu?

Amaporoje y’ubwubatsi

Amafoto y’i Warwick: Igice ca 6 (Ntwarante—Myandagaro 2016)

Amezi ya nyuma y’ubwubatsi bw’icicaro gikuru gishasha c’Ivyabona vya Yehova c’i Warwick muri New York.

Gufasha abantu

Bafasha impunzi ziri i Buraya

Impunzi zirakeneye n’ibindi uretse imfashanyo. Ivyabona barabahumuriza bakongera bakababwira icizigiro Bibiliya itanga.

Ubuzima bwo kuri Beteli

Ni ibiki birangurirwa ku Biro vy’ishami vy’Ivyabona vya Yehova?

Abipfuza gutemberezwa ku Biro vyacu vy’ishami ivyo ari vyo vyose barahawe ikaze. Turabahaye ikaze!

Ukwisunga Bibiliya

Narashize inkoho hasi

Raba ingene ubutumwa buhumuriza dusanga muri Bibiliya bwafashije Cindy guhinduka agaheba gukara cane.