Igikorwa kijanye n’ibisohorwa
IBINDI BIGANIRO
Haboneka Bibiliya y’isi nshasha yasubiwemwo mu Gisupanyoli
Abahinduzi bashoboye gute gusohora Bibiliya isomwa n’abantu bo hirya no hino kw’isi kandi ijambo rimwe muri urwo rurimi rishobora kugira insobanuro nyinshi?
IBINDI BIGANIRO
Haboneka Bibiliya y’isi nshasha yasubiwemwo mu Gisupanyoli
Abahinduzi bashoboye gute gusohora Bibiliya isomwa n’abantu bo hirya no hino kw’isi kandi ijambo rimwe muri urwo rurimi rishobora kugira insobanuro nyinshi?
Inkuru nziza mu misozi bita Les Andes
Abantu bo muri Peru bavuga igikecuwa bariko bariyegereza Imana babifashijwemwo na Bibiliya y’isi nshasha hamwe n’ibitabu bishingiye kuri yo vyo mu rurimi rwabo.
Guhindura ata kwandika
Ivyabona vya Yehova baramaze guhindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi z’ibimenyetso zirenga 90, bakaba bafata igisomwa canditse bakagihindura mw’ividewo. Kubera iki bitanga gutyo?
“Nta ho ahuriye n’ayandi masinema”
Abantu bakira gute amavidewo Ivyabona vya Yehova bakoresha mu bikorane bagira buri mwaka? Ayo mavidewo ahindurwa gute mu zindi ndimi?
Guhindura ibitabu mu rurimi rw’ibimenyetso rwo muri Québec vyaje hageze
Kubera iki gusohora ibitabu mu ndimi z’ibimenyetso bikenewe cane?
Barafatana uburemere ivyo gutanga amakuru y’ukuri
Umuntu asoma ibitabu vyacu canke araba amavidewo yacu, arashobora guhera amazinda ko amakuru dushikiriza tuba twarayagiriye ubushakashatsi bimwe vyitondewe be n’uko ari ay’ukuri.
Amafoto yongereza akanovera k’igisomwa
Abafotora babigenza gute mu gufata amafoto yongereza akanovera k’ibitabu vyacu?
Ingene ibitabu bishingiye kuri Bibiliya bikwiragizwa muri Kongo
Ivyabona vya Yehova baragira ingendo ndende buri kwezi bashiriye amabibiliya n’ibitabu bishingiye kuri Bibiliya abantu bo muri Republika iharanira demokrasi ya Kongo.
Estoniya irashima “igikorwa gikomeye caranguwe”
Bibiliya y’isi nshasha mu kinyestoniya yaracaguwe kugira ihiganirwe agashimwe k’umwaka wa 2014 gatangwa ku bw’ibikorwa vyo guteza imbere ururimi muri Estoniya.
Igikorwa co gufata amajwi igisomwa ca Bibiliya hakoreshejwe abantu amajana
Igisomwa cafashwe amajwi ca ya nteguro yo mu 2013 ya Bibiliya y’isi nshasha kizoba kigizwe n’amajwi y’abantu angana n’igitigiri c’abantu bavugwa muri Bibiliya.
Amashusho yerekana ukuntu abana bakunda amavidewo
Raba ivyo abana bavuze ku bijanye na twa tuvidewo tuzwi cane dushingiye kuri Bibiliya twitwa Nube umugenzi wa Yehova, twerekana dessins animés zikinwa na Kalebu be na Soniya.
Kwamamaza inkuru nziza mu ndimi kavukire zo muri Irilande no mu Bwongereza
Ivyabona vya Yehova bariko baragira utwigoro tudasanzwe two kubwira inkuru nziza abantu basoma canke bavuga indimi kavukire bo muri Irilande no mu Bwongereza. None abantu bavyakiriye gute?
Amavidewo aboneka mu ndimi amajana
Videwo ivuga ngo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga iboneka mu ndimi zishika 400, iyivuga ngo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? na yo ikaboneka mu zirenga 550. Zirabe mu rurimi rwawe.
Ingene Bibiliya nshasha yakozwe
Raba ingene Bibiliya y’isi nshasha yakozwe. Ni kubera iki hakoreshejwe umwanya mwinshi, amahera kandi hakagirwa n’utwigoro kugira ngo iyo Bibiliya nziza cane ikorwe?
Ubuhinduzi muri Megizike no muri Amerika yo Hagati
Kubera iki Ivyabona vya Yehova bo muri Megizike no muri Amerika yo Hagati bahindura ibitabu mu ndimi zirenga 60, harimwo ururimi rwitwa maya, urwitwa nahuatl, n’ururimi rwo mu bwoko bw’ikidagi?
Impumyi zo muri Afrika ntizibagiwe
Impumyi zo muri Malawi zirakenguruka kuba zironka ibitabu vy’impumyi biri mu gicicewa.
Ntikomeye ngo isigaze!
Integuro yo mu 2013 ya Bibiliya y’isi nshasha ica ibibatsi kandi ntizova ku musozi.
Igisupanyoli catashe muri Espanye
Kuva mu 1909, Ivyabona vya Yehova barasohora ibitabu bishingiye kuri Bibiliya biri mu gisupanyoli. Raba ibijanye n’ico gikorwa barangura.
Utuvidewo dutuma umutima unezerwa
Ivyabona vya Yehova barakoze urukurikirane rw’utuvidewo twigisha abana ivyigwa bihambaye bijanye n’inyifato runtu be n’Imana. Abantu boba bakunda utwo tuvidewo?
Ivyabona baramaze imyaka ijana baririmbira Imana amashemezo
Ni gute Ivyabona vya Yehova bakoresheje umuziki n’indirimbo mu gushemeza Imana?
Bajejwe guhindura mu zindi ndimi “amajambo meranda y’Imana”—Abaroma 3:2
Mu kinjana giheze, Ivyabona vya Yehova barakoresheje impinduro zitari nke za Bibiliya. Kubera iki bahinduye Bibiliya mu congereza ca none?
Ububiko ngendanwa
JW Library ni agaporogarama gatangwa ku buntu gakorana n’utwuma ngendanwa karimwo ibintu vyinshi bifasha kwiga Bibiliya mu buryo bunonosoye.
Amacapuriro yo hirya no hino kw’isi arafasha abantu kwiga ivyerekeye Imana
Ivyabona vya Yehova bafise inyubakwa 15 zirimwo amacapuriro hirya no hino kw’isi, bakaba bacapura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi nka 700.
Akavidwo: “Ng’iyi inzira”
Umviriza ururirimbo rushingiye kw’Ijambo ry’Imana, ruriko ruraririmbwa mu ndimi munani.
Ubu umuhora jw.org uri mu ndimi zirenga 300!
Ivyabona vya Yehova babigenza gute kugira baronse abantu amakuru ngirakamaro ashingiye kuri Bibiliya ari mu ndimi nyinshi ukuraho? Ni gute ivyo bituma uba uwutandukanye n’iyindi mihora izwi cane?
Agatabu gafasha abantu bose kigisha gakoresheje amashusho
Agatabu Niwumvirize Imana karafashije abantu benshi bo hirya no hino kw’isi kumenya Imana be n’ubutumwa bwo muri Bibiliya. Raba ivyo bamwe bavuze ku vyerekeye aka gatabu karimwo amashusho y’amabara menshi.
Baza gucuraranga
Haraheze imyaka irenga 40 hari abacuraranzi bo hirya no hino kw’isi babona ko akaryo ko gucuraranga bari mu mugwi w’abacuraranzi udasanzwe gahambaye.
Amashusho afasha umusomyi kubona mu bwenge ivyo asoma
Ibitabu vyinshi vy’Ivyabona vya Yehova usanga birimwo amafoto y’amabara yunganira igisomwa, ariko ukwo si ko vyamye.
Igitangaza c’imashini
Raba ingene imashini icapura buravyo yaryohowe kugira ngo ishobore gukata ibitabu, kubipanga, kubiharura no kubitekera.

