Ja ku birimwo

Akaryoshe ntigahora mw’itama

Akaryoshe ntigahora mw’itama

Raba aka kavidewo kerekena igikorane kidasanzwe cabereye i Rangoun muri Birmaniya. Ico gikorane carerekanye ko Ivyabona vya Yehova bagize umuryango wunze ubumwe muri ico gihugu kimaze imyaka n’iyindi carakumiriwe n’amakungu.