abana

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

RABA VYOSE

Nowa yarizera Imana

Imana yabwiye Nowa kwubaka ubwato kugira umuryango wiwe ntuhitanwe n’umwuzure. Inkuru yerekeye umwuzure wo mu gihe ca Nowa itwigisha iki mu bijanye n’ukwizera Imana?

BANDES DESSINÉES ZIGANA INKURU ZO MURI BIBILIYA

RABA VYOSE

Loti n’umuryango wiwe: Amashusho yigana inkuru

Voma aka gakorwa maze ubone ivyo ushobora kwigira kuri Loti n’umuryango wiwe.