Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Hitamwo ururimi Ikirundi

Watchtower Library

Watchtower Library

Watchtower Library ni icegeranyo kirimwo amabibiliya n’ibindi bitabu vyasohowe n’Ivyabona vya Yehova. Ugisangamwo ibitabu, udutabu, udupapuro tw’inkuru nziza hamwe n’ibinyamakuru. Kirimwo kandi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova. Urashobora kurondera ijambo, umugwi w’amajambo canke icanditswe aho ari ho hose biboneka muri ivyo bitabu.

 

Gushira Watchtower Library mu mashini

Voma Watchtower Library uce uyishira mu mashini yawe.

Gushira ibishasha muri Watchtower Library

Nuregere Watchtower Library ku buryo iza iraraba ko hari ibishasha, canke na ho uvyivomere uce uvyishiriramwo.