Ibishasha!

2026-09-15

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Iciyumviro co muri Bibiliya​: «Nimba bishoboka, . . . mubane amahoro n’abantu bose»

Abakirisu b’ukuri baragerageza kubana mu mahoro n’abantu bose, ariko ivyo ntivyama vyoroshe. Uti kubera iki?

2026-09-15

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Ibintu bitatu vyogufasha kumara umwanya munini uriko urasenga

2026-09-15

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Ivyiza vyo kuba uri ukwa wenyene

Raba ingene Yezu yarondera umwanya wo kuba ari ukwa wenyene n’igituma natwe twomwigana.

2026-09-15

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Woba uvyibuka?​​—⁠Kigarama 2026

Woba warasomye witonze inomero z’Umunara w’Inderetsi zo muri uyu mwaka? Raba nimba hari ivyo woba wibuka.

2026-09-15

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Kigarama 2026

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 1-28 Ruhuhuma 2027.

2026-08-25

UMUZIKI

Utuziki tw’irya n’ino

2026-08-18

IVYO TWIGIRA KURI YEZU

Yezu yavuze iki ku vyerekeye «vya nyamugigima bikomeye»?

Haraciye nk’imyaka 2.000 Yezu avuze yuko hobaye vya nyamugigima bikomeye. Kubera iki ayo majambo ya Yezu ahambaye cane muri iki gihe?

2026-08-18

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Ingene wokwiyigisha: Nurushirize kwungukira ku mavidewo yacu

Raba ivyiyumviro bimwebimwe vyogufasha kwungukira ku mavidewo ari kuri jw.org.

2026-08-18

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Nukenguruke ubutandukane bw’abagize ishengero

Twokora iki kugira tubone ibintu mu buryo bwiza maze duhe agaciro kamere nziza z’abavukanyi na bashiki bacu be n’ivyiyumviro vyabo?

2026-08-18

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Kera abasoda barinda umwami bambara gute?

Niwirabire ingene abo basoda badasanzwe bambara hamwe n’ivyo bamenyekanirako.

2026-08-18

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Ingene twobumbwa n’ivyo dufise igihe ivy’ubutunzi vyifashe nabi

Raba ingingo ngenderwako zine zo muri Bibiliya zogufasha kubumbwa n’ivyo ufise uko ivyawe vyoba vyifashe kwose.

2026-08-18

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Munyonyo 2026

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 4-31 Nzero 2027.