Ibiza birasohoka
Nusome ibiganiro bivuga ibijanye na Bibiliya, akamaro kayo n’ibikorwa Ivyabona vya Yehova barangura. Nuhindure ururimi aho hepfo kugira ubone ibiganiro bimaze gusohoka mu rurimi wipfuza.
IVYO MU BUSHINGURO BWACU
Nugume ukorera Yehova naho woba ukenye
Ivyabona vya Yehova bo muri Filipine barashikiwe n’ubukene mu myaka ya 1970 na 1980. Nurabe ukuntu akarorero kabo kodufasha igihe turi mu bihe bitoroshe.