Gushikira ivyo urondera

Hitamwo ururimi

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku birimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ni ibiki birangurirwa ku Biro vy’ishami vy’Ivyabona vya Yehova?

Abipfuza gutemberezwa ku Biro vyacu vy’ishami ivyo ari vyo vyose barahawe ikaze. Turabahaye ikaze!

Guhabwa ikaze ku “Gitandara”

Ibiro vy’Ivyabona vya Yehova vyo mu Buraya bwo hagati vyarahaye ikaze ababanyi, abikorera utwabo hamwe n’abategetsi bo ngaho bipfuza kubigendera. Icivugo cari “Imyaka 30 i Selters”. None ni ibiki bamwebamwe mu bashitsi 3.000 bavuze?

Ico yaririra yarakironse

Marcellus yabwirijwe gutsinda intambamyi zitari nke kugira ashobore kugendera icicaro gikuru c’Ivyabona vya Yehova kiri muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika. Vyavuyemwo iki?

Iratiro ry’Amabibiliya rishemeza izina rya Yehova

Iryo ratiro rishimishije ry’Amabibiliya ryuguruwe ku cicaro gikuru cacu mu 2013. Hari abatugabiye Bibiliya nyinshi z’imbonekarimwe.

Ubuzima bwo kuri Beteli

Iratiro ridasanzwe ry’ivya Bibiliya

Kuva kera na rindi, Yehova Imana yaramenyesheje abantu izina ryiwe. Raba ingene mu myaka n’iyindi iryo zina ryazigamwe mu mpinduro zitandukanye za Bibiliya.

Ibikorwa bimaze imyaka 50 i Wallkill

Muri iki kiganiro, George Couch arasigura ingene Ivyabona vya Yehova baronse mu micungararo y’igisagara ca New York itongo rigira kabiri mu yataziriwe amatongo ya Watchtower.

Dushitsa imisi 60 twari twahawe

Ivyabona vya Yehova bari bakeneye kwimuka bakava mu nyubakwa zitanu, iziri ku buringanire bungana n’ibibuga 11 vy’umupira w’amaguru. Ni gute umugwi abakora vyavyishakiye bakoze ico gikorwa mu kiringo bahawe?

Kwimuka tukava mu nyubakwa ziri kw’ibarabara ryitiriwe Adams

Abamaze igihe kirekire bakorera kuri Beteli baravuga ivyo bibuka ku gikorwa co gucapura caranguriwe muri izo nyubakwa ziri i Brooklyn.

Iratiro ry’ivya kahise riri ku cicaro gikuru

Raba ivyerekeye intango y’ubukirisu be n’iragi ry’Ivyabona vya Yehova mu bijanye n’ivy’Imana. Ugendeye iryo ratiro urisangamwo ivyandikano amajana, amafoto be n’ibindi bihingurano vyo muri kahise.

Amatongo ya Watchtower aramaze imyaka mirongo itanu yimburwa

Raba ukuntu iri tongo ryagiye rirahindurwa mu myaka itari mike kugira igikorwa co kwigisha Bibiliya Ivyabona vya Yehova barangurira kw’isi yose kirushirize gutera imbere.