Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Ivyabona vya Yehova: Ukwizera mu bikorwa, igice ca 1: Bava mu mwiza

Vyasavye ukwizera gukomeye kugira Abatohoji ba Bibiliya bave mu mwiza w’imigenzo y’idini ry’ikinyoma wari umaze ibinjana n’ibindi. N’aho ari ukwo, bari intwaramuco z’umutima rugabo kandi z’umwete. Raba umutima rugabo n’ukudahemuka bagaragaje n’ingene Imana yabakuye “mu mwiza akabinjiza mu muco wayo w’agatangaza.”