Nugumane icizigiro VUZA Nugumane icizigiro Doris yaribaza igituma Imana ireka tugashikirwa n’imibabaro. Inyishu yayikuye aho atari yiteze. Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Ibiganiro bifitaniye isano Bibiliya irahindura ubuzima Inkuru zerekeye Ivyabona vya Yehova Raba kandi UMUNARA W’INDERETSI Ibibazo bitatu vyarahinduye ubuzima bwanje Igihe Doris Eldred yemera kwigishwa n’uwo yigisha, yararonse inyishu z’ibibazo yibaza ku bijanye n’ubuzima. BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA Narahevye kwizigira amadini Tom yaripfuza kubaho yizera Imana ariko ivyo yabonye mu madini vyaramuciye intege. Kwiga Bibiliya vyamufashije gute kugira icizigiro? UMUNARA W’INDERETSI Bakoresheje Bibiliya mu kwishura ibibazo vyose! Isolina Lamela yarabaye umubikira, hanyuma aba Umukomunisita aharanira amahinduka, ariko aho hompi yagiye aravunika umutima. Mu nyuma, yarahuye n’Ivyabona vya Yehova baramufasha gutora intumbero y’ubuzima bakoresheje Bibiliya. INYIGISHO Z'ISHIMIKIRO ZO MURI BIBILIYA Imana yoba yemera amadini yose? Abantu benshi bavuga ko idini umuntu arimwo atari ryo rihambaye. BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA Naripfuza kurwanya akarenganyo Rafika yarinjiye mu muhari wari wiyemeje kurwanya ivangura ry’amoko. Ariko yahavuye amenya ko Bibiliya isezerana yuko mu gihe c’ingoma y’Ubwami bw’Imana hazoba hari amahoro n’ubutungane. INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA Nugerageze kwiga Bibiliya natwe Urashobora kwiga Bibiliya ku buntu uri kumwe n’uwukwigisha.