Ja ku birimwo

Barashikira imigambi mu gikorwa c’Imana

Ivyabona vya Yehova basanze Bibiliya ibafasha gukomeza ukwizera no gushikira imigambi yabo mu gikorwa c’Imana.

Ubuzima bwiza kuruta ubundi bwose

Woba wipfuza kugira ubuzima buhimbaye? Tega ugutwi Cameron akwiganire ingene yaronkeye agahimbare ahantu atari yiteze.

Baritanze babikunze

Bashiki bacu benshi bakoreye mu mahanga, mu ntango baratinya kwimukira mu kindi gihugu. None bashize ubwoba gute? Ni ibiki bigiye mu gikorwa baranguriye mu mahanga?

Baritanze babikunze muri Gana

Naho abitanga gukorera aho abamamaji b’Ubwami bakenewe kuruta bahura n’ingorane zitari nke, barironkera n’ivyiza vyinshi.

Baritanze babikunze​—Muri Madagaskari

Nusome ivyerekeye abamamaji bitanze kugira bafashe gukwiragiza ubutumwa bw’Ubwami mu cibare kinini ca Madagaskari.

Baritanze babikunze muri Micronésie

Abava mu bindi bihugu bakorera muri ayo Mazinga yo muri Pasifike akenshi bahura n’ingorane zitatu. None abo bamamaji b’Ubwami bavyifatamwo gute?

Baritanze babikunze​—Muri Birmaniya

Ni igiki catumye Ivyabona vya Yehova benshi bava mu bihugu vyabo bakaja gufasha mw’iyimbura ryo mu buryo bw’impwemu muri Birmaniya?

Baritanze babikunze—Muri New York

Ni igiki catumye umugabo umwe n’umugore wiwe bari mu bihinda, bava mu nzu yabo iteye igomwe bakimukira mu kazu gatoyi?

Baritanze babikunze​—Muri Oseyaniya

Ivyabona vya Yehova bakorera aho bikenewe kuruta muri Oseyaniya batorera umuti gute ingorane zibashikira?

Baritanze babikunze muri Filipine

Numenye icatumye bamwebamwe baheba ubuzi bwabo, bakagurisha ivyo batunze, maze bakimukira mu turere turi ukwa twonyene two muri Filipine.

Baritanze babikunze—Mu Burusiya

Nusome ibijanye n’abatararushinga be n’abarushinze bimukiye mu Burusiya gukorera aho abamamaji bakenewe kuruta. Barize kurushiriza kwiheka kuri Yehova!

Baritanze babikunze muri Tayiwani

Ivyabona vya Yehova barenga 100 barimukiye aho abamamaji b’Ubwami bakenewe kuruta. Niwirabire ivyo biboneye maze umenye ivyabafashije kuroranirwa.

Baritanze babikunze​—Muri Tirkiya

Mu 2014, muri Tirkiya harabaye isekeza ridasanzwe ryo kwamamaza. Kubera iki iryo sekeza ryatunganijwe? Havuyemwo iki?

Baritanze babikunze—Muri Afrika yo mu Burengero

Ni igiki catumye Abanyaburaya bamwebamwe bimukira muri Afrika yo mu Burengero, kandi vyabagendeye gute?

Ico nahisemwo nkiri umwana

Agahungu gaturuka i Columbus muri Ohio muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika kahisemwo kwiga igikamboje. Kubera iki? Iyo ngingo kafashe yagize ico ikoze gute kuri kazoza kako?