Isengesho

Kubera iki wosenga?

Kubera iki nosenga? Imana yoba izonyishura?

Kugira yishure isengesho ryawe canke ntiryishure, ahanini bivana na wewe.

Woba ukwiye gusenga?

Imana yishura amasengesho itarinze gukora ibitangaro.

Imana yoba yumviriza amasengesho yacu?

Bibiliya iradukura amazinda yuko Imana itwumviriza igihe tuyisenze mu buryo bubereye.

Gusenga vyokumarira iki?

Uzokwunguka iki niwaza urasenga kenshi?

“Muterere amaganya yanyu yose kuri yo”

Woba vy’ukuri wokwitura Imana ukayibwira ikintu cose kikuraje ishinga? Gusenga bifasha gute abarwaye indwara yo guhagarika umutima cane?

Ingene wosenga

Wosenga gute kugira ngo Imana ikwumve?

Niwiture Imana aho woba uri hose n’igihe ico ari co cose, n’ijwi ryumvikana canke mu gacerere. Yezu yaranadufashije kumenya ivyo twovuga.

Ingene twosenga: Igisabisho ca Dawe wa twese coba ari co kibereye?

Igisabisho ca Dawe wa twese ryoba ari ryo sengesho ryonyene Imana yemera?

Ni ibiki nosaba Imana mw’isengesho?

Raba igituma ubwiye Imana ibikuraje ishinga itabona ko ari ikintu ata co kivuze.

Nugume usenga usaba gushimwa n’Imana

Twosenga gute kugira ngo Imana itwumve yongere iduhezagire?

Imana yoba yumviriza amasengesho yose?

Imana yoba yemera amasengesho y’ubwikunzi? Bite hoho hamwe umugabo yoba afata nabi umugore wiwe, agaca asaba Imana ngo imuhezagire?

Kubera iki Imana itishura amasengesho amwamwe?

Raba amasengesho Imana itishura n’abantu Imana itumviriza.

Bibiliya ivuga iki ku vyerekeye isengesho?

Twoba dukwiye gusenga abamarayika canke aberanda?

Kubera iki dukwiye gusenga mw’izina rya Yezu?

Raba ukuntu gusenga mw’izina rya Yezu bitera iteka Imana, n’ukuntu vyerekana ko twubaha Yezu.

Twoba dukwiye gusenga Yezu?

Yezu ubwiwe yarishuye ico kibazo.

Noba nkwiye gusenga aberanda?

Raba uwo Bibiliya ivuga ko dukwiye gusenga.

Senga igihe cose

Aka kavidewo karigisha abana igihe boshobora gusengerako Yehova be n’aho bomusengera.