Shili: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 20.207.000
- Abigisha Bibiliya: 88.664
- Amashengero y’Ivyabona: 1.024
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 229

Hafi y’ikirunga ca Calbuco muri Shili: Ivyabona vya Yehova bariko baraganira n’umuntu ku cizigiro Bibiliya itanga c’ubuzima budahera mw’isi y’iparadizo
I Valparaiso muri Shili: Ivyabona bariko barasomera umuntu Bibiliya