Slovakiya: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 5.422.000
- Abigisha Bibiliya: 11.267
- Amashengero y’Ivyabona: 139
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 484


I Štrbské Pleso, muri Slovakiya: Ivyabona vya Yehova bariko bashikiriza agapapuro k’inkuru nziza Ni nde vy’ukuri aganza isi?