Islande: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 391.000
- Abigisha Bibiliya: 458
- Amashengero y’Ivyabona: 7
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 879


Mu bumanuko bwa Islande: Ivyabona vya Yehova bariko babwira inkuru nziza umurimyi bakoresheje igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? kiri mu rurimi rw’aho