• I Tha Bawt Ngu muri Birmaniya: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza igitabu gifasha kwiga Bibiliya

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Baritanze babikunze​—Muri Birmaniya

Ni igiki catumye Ivyabona vya Yehova benshi bava mu bihugu vyabo bakaja gufasha mw’iyimbura ryo mu buryo bw’impwemu muri Birmaniya?

IBIRORI BIDASANZWE

Akaryoshe ntigahora mw’itama

Niwirabire urukundo n’ubumwe birangwa mu bantu bo mu moko atandukanye, indimi zitandukanye n’ibihugu bitandukanye, bahuriye kuri ico gikorane kidasanzwe cabereye i Rangoun muri Birmaniya.