Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Armeniya

Armeniya: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 3.103.000
  • Abigisha Bibiliya: 11.313
  • Amashengero y’Ivyabona: 134
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 277

AMAKURU AGEZWEHO

Armeniya ipfungura abanka gukora ibikorwa vya gisirikare

Hari urubanza rw’intibagirwa rwashikanye kw’irekurwa ryabo. Vyagenze gute?