• I Bairro dos Pescadores hafi y’i Maputo muri Mozambike, Ivyabona vya Yehova bariko bashikiriza ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi

Mozambike: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 30.500.000
  • Abigisha Bibiliya: 64.536
  • Amashengero y’Ivyabona: 1.289
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 473