Paragwe: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 6.417.000
- Abigisha Bibiliya: 11.699
- Amashengero y’Ivyabona: 179
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 553


Agace kitwa Nueva Durango, i Canindeyú muri Paraguay: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza umugore w’Umumenonite agatabu Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera