Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Tonga

  • Mw’izinga rya Vavau muri Tonga: Ivyabona vya Yehova bariko barereka umuntu icanditswe kiremesha

Tonga: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 104.000
  • Abigisha Bibiliya: 243
  • Amashengero y’Ivyabona: 3
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 462

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Twararonse “imaragarita . . . y’agaciro kanini”

Nusome urabe ingene Winston Payne n’umukenyezi wiwe Pamela bo muri Ostraliya bagize ubuzima buryoshe cane.