• Hafi y’ikiraro ca kera c’i Mostar muri Bosnie-Herzégovine: Ivyabona bariko barashikiriza agapapuro k’inkuru nziza Imibabaro yoba izoteba igahera?

Bosnie-Herzégovine: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 3.507.000
  • Abigisha Bibiliya: 1.108
  • Amashengero y’Ivyabona: 16
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 3.165