• I Diecke muri Guinée: Icabona ariko aratanga agatabu gafasha kwiga Bibiliya

IGITABU C’UMWAKA C’IVYABONA VYA YEHOVA 2014

Sierra Leone na Guinée

Iyi nkuru irashira ahabona ukwizera kutanyiganyiga be n’ukwihebera Imana Ivyabona vya Yehova berekanye mu kwamamaza inkuru nziza muri ivyo bihugu vyo muri Afrika.