Yap: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 12.000
- Abigisha Bibiliya: 37
- Amashengero y’Ivyabona: 1
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 353


I Gael mw’izinga rya Yap muri Micronésie: Ivyabona bariko barashikiriza agatabu bari iruhande y’ibuye rinini