• I Ebeltoft muri Danemarke: Icabona ariko arashikiriza agapapuro k’inkuru nziza Ni igiki cotuma mu rugo harangwa agahimbare?

Danemarke: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 5.789.957
  • Abigisha Bibiliya: 14.644
  • Amashengero y’Ivyabona: 173
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 395