Ivyabona vya Yehova turi kw’isi yose

Sierra Leone

  • I Freetown muri Sierra Leone: Ivyabona vya Yehova bariko barashikiriza agatabu Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera ko mu rurimi rwitwa themne

  • Ku nkengera y’ibahari i Freetown muri Sierra Leone: Ivyabona bariko baratumira umuntu ku makoraniro abera ku Ngoro y’Ubwami yo muri ako karere

Sierra Leone: Ibitigiri nyamukuru

  • Abanyagihugu: 8.820.000
  • Abigisha Bibiliya: 2.803
  • Amashengero y’Ivyabona: 44
  • Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 3.313

UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)

Nta kindi yahabonye atari urukundo

Nimba umaze kwitaba amahwaniro y’Ivyabona vya Yehova kuva mu myaka ya 1990, hari aho woba waratangajwe n’indinganizo tumaze imyaka mirongo twisunga.

IGITABU C’UMWAKA C’IVYABONA VYA YEHOVA 2014

Sierra Leone na Guinée

Iyi nkuru irashira ahabona ukwizera kutanyiganyiga be n’ukwihebera Imana Ivyabona vya Yehova berekanye mu kwamamaza inkuru nziza muri ivyo bihugu vyo muri Afrika.