Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ikete ryandikiwe Abafilipi

Ibigabane

1 2 3 4

Ibirimwo muri make

  • 1

    • Indamutso (1, 2)

    • Pawulo ashimira Imana. Isengesho ryiwe (3-11)

    • Inkuru nziza itera imbere naho hari ingorane (12-20)

    • Kubaho ni Kristu, gupfa ni inyungu (21-26)

    • Mwigenze mu buryo bubereye inkuru nziza (27-30)

  • 2

    • Abakirisu baricisha bugufi (1-4)

    • Kristu yaricishije bugufi, arashirwa hejuru (5-11)

    • Nimukore uko mushoboye ngo mushitse ubukiriro bwanyu (12-18)

      • Abakirisu barakayangana nk’amatara (15)

    • Pawulo arungika Timoteyo na Epafurodito (19-30)

  • 3

    • Ntitwishimira umubiri (1-11)

      • Ibintu vyose ni uruhombo kubera Kristu (7-9)

    • Ndihatira gukurikira ihangiro (12-21)

      • Ubwenegihugu bwo mw’ijuru (20)

  • 4

    • Ubumwe, kunezerwa, kwiyumvira ibintu vyiza (1-9)

      • Ntimwiganyire ku kintu na kimwe (6, 7)

    • Pawulo ashima ivyo Abafilipi bamuhaye (10-20)

    • Indamutso za nyuma (21-23)