A7-H
Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Igikorwa ca nyuma Yezu yakoreye i Yeruzalemu (Igice ca 2)
IGIHE |
IKIBANZA |
IVYABAYE |
MATAYO |
MARIKO |
LUKA |
YOHANI |
---|---|---|---|---|---|---|
14 Nisani |
Yeruzalemu |
Yezu avuga ko Yuda ari umuhemu maze akamutaramura |
||||
Atanguza imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba (1Kr 11:23-25) |
||||||
Avuga ko Petero aza kumwihakana be n’uko intumwa zisabagira |
||||||
Asezerana umufasha; umuzabibu w’ukuri; itegeko ryo gukundana; isengesho rya nyuma ari kumwe n’intumwa |
||||||
Getsemani |
Yezu agira intuntu nyinshi; agurishwa akongera agafatwa |
|||||
Yeruzalemu |
Asambishwa na Anasi; acirwa urubanza na Kayifa, Inama nkuru; Petero amwihakana |
|||||
Yuda umwe yagurisha Yezu, yimanika (Ivk 1:18, 19) |
||||||
Arenguka kwa Pilato, hanyuma kwa Herodi, maze akagaruka kwa Pilato |
||||||
Pilato ashaka kumurekura mugabo Abayuda bagasaba Baraba; acirwa urwo gupfa amanitswe ku giti |
||||||
(Ku wa 5, nk’isaha 9 zo ku muhingamo) |
Gologota |
Acikanira ku giti co kubabarizwako |
||||
Yeruzalemu |
Ikiziga ciwe gikurwa ku giti kigashirwa mu mva |
|||||
15 Nisani |
Yeruzalemu |
Abaherezi n’Abafarizayo bacungisha imva bakayishirako uburembo |
||||
16 Nisani |
Yeruzalemu no mu micungararo; Emawusi |
Yezu azurwa; abonekera abigishwa biwe incuro zitanu |
||||
Inyuma yo ku wa 16 Nisani |
Yeruzalemu; Galilaya |
Yongera kwiyereka abigishwa (1Kr 15:5-7; Ivk 1:3-8); abaha amategeko; abashinga igikorwa co guhindura abantu abigishwa |
||||
25 Iyari |
Umusozi w’Imyelayo, hafi ya Betaniya |
Yezu aduga mw’ijuru, haciye imisi 40 azutse (Ivk 1:9-12) |