Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

IKIBAZO CA 12

Ni icizigiro ikihe dufise ku bapfuye?

«Ntimutangazwe . . . n’ivyo, kuko igihe kigira kigere aho abari mu mva bose bazokwumva ijwi ryiwe bakazivamwo.»

Yohani 5:28, 29

«Imana igiye kuzura abagororotsi n’abatari abagororotsi.»

Ivyakozwe 24:15

«Ndaheza mbona abapfuye, abahambaye n’abantu batobato, bahagaze imbere y’iyo ntebe maze imizingo irazingururwa. Hanyuma uwundi muzingo urazingururwa, ni wo muzingo w’ubuzima. Abapfuye baca bacirwa imanza ku vyo bakoze, hisunzwe ivyanditse muri iyo mizingo. Ikiyaga kirekura abapfuye bo muri co, urupfu n’ukuzimu na vyo nyene birekura abapfuye bo muri vyo, maze bacirwa imanza hisunzwe ivyo umwumwe wese yakoze.»

Ivyahishuwe 20:12, 13