A7-C
Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Igikorwa nyamukuru Yezu yakoreye i Galilaya (Igice ca 1)
|
IGIHE |
IKIBANZA |
IVYABAYE |
MATAYO |
MARIKO |
LUKA |
YOHANI |
|---|---|---|---|---|---|---|
|
Mu 30 |
Galilaya |
Yezu avuga ubwa mbere ko «Ubwami bwo mw’ijuru buri hafi» |
||||
|
I Kana; Nazareti; Kaperinawumu |
Akiza umwana w’umusuku w’umwami; asoma muri Yesaya; aja i Kaperinawumu |
|||||
|
Ikiyaga ca Galilaya, hafi y’i Kaperinawumu |
Ahamagara abigishwa bane: Simoni, Andereya, Yakobo na Yohani |
|||||
|
Kaperinawumu |
Akiza inabukwe wa Simoni n’abandi |
|||||
|
Galilaya |
Aja i Galilaya ubwa mbere, na bamwe 4 |
|||||
|
Akiza umunyamibembe; amasinzi amukurikira |
||||||
|
Kaperinawumu |
Akiza umuntu amugaye |
|||||
|
Ahamagara Matayo; asangira n’abatozakori; ikibazo c’ukwisonzesha |
||||||
|
Yudaya |
Yigishiriza mu masinagogi |
|||||
|
Mu 31, Pasika |
Yeruzalemu |
Akiza umuntu arwaye ku kidengeri Bezata; Abayuda barondera kumwica |
||||
|
Avuye i Yeruzalemu (?) |
Abigishwa baha intete kw’isabato; Yezu «afise ububasha kw’isabato» |
|||||
|
Galilaya; ikiyaga ca Galilaya |
Akiza ukuboko kw’isabato; amasinzi amukurikira; akiza n’abandi benshi |
|||||
|
Msz. hafi y’i Kaperinawumu |
Atora intumwa 12 |
|||||
|
Hafi y’i Kaperinawumu |
Ashikiriza insiguro yo ku musozi |
|||||
|
Kaperinawumu |
Akiza umusuku w’intwazangabo |
|||||
|
Nayini |
Azura umuhungu w’umupfakazi |
|||||
|
Tiberiya; Galilaya (Nayini canke hafi yaho) |
Yohani atuma abigishwa kuri Yezu; abana bahishurirwa ukuri; ingogo |
|||||
|
Galilaya (Nayini canke hafi yaho) |
Umugore amusuka amavuta ku birenge; ikigereranyo c’abafise ideni |
|||||
|
Galilaya |
Urugendo rwa 2 aja kwigisha, na bamwe 12 |
|||||
|
Yirukana amadayimoni; icaha kitababarirwa |
||||||
|
Ikimenyetso ca Yona |
||||||
|
Nyina na benewabo baraza; abigishwa biwe ni zo ncuti ziwe |

