Ku wa gatanu
«Yehova Imana yawe ni we utegerezwa gusenga»—Matayo 4:10
Mu gitondo
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 74 n’isengesho
-
2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Ugusenga kw’ukuri ni iki? (Yesaya 48:17; Malaki 3:16)
-
3:10 IGIKINO:
Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 2
«Uyu ni Umwana wanje»—Igice ca 1 (Matayo 3:1–4:11; Mariko 1:12, 13; Luka 3:1–4:7; Yohani 1:7, 8)
-
3:40 Ururirimbo No. 122 n’amatangazo
-
3:50 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Iranguka ry’ubuhanuzi bwerekeye Mesiya—Igice ca 1
-
• Imana yaremeje ko ari Umwana wayo (Zaburi 2:7; Matayo 3:16, 17; Ivyakozwe 13:33, 34)
-
• Yakomotse ku mwami Dawidi (2 Samweli 7:12, 13; Matayo 1:1, 2, 6)
-
• Yararobanuwe aba «Mesiya Indogozi» (Daniyeli 9:25; Luka 3:1, 2, 21-23)
-
-
4:45 Ni nde vy’ukuri aganza isi? (Mariko 12:17; Luka 4:5-8; Yohani 18:36)
-
5:15 Ururirimbo No. 22 n’akaruhuko
Ku muhingamo
-
6:35 Ividewo y’umuziki
-
6:45 Ururirimbo No. 121
-
6:50 INSIGURO Y’IBICE BINE: Niwigane inyishu Yezu yahaye Shetani
-
• Nubeshweho n’Ijambo rya Yehova (Matayo 4:1-4)
-
• Ntugerageze Yehova (Matayo 4:5-7)
-
• Senga Yehova wenyene (Matayo 4:10; Luka 4:5-7)
-
• Nuburanire ukuri (1 Petero 3:15)
-
-
7:50 Ururirimbo No. 97 n’amatangazo
-
8:00 INSIGURO Y’IBICE INDWI: Ivyigwa dukura ku gihugu Yezu yabamwo
-
• Ubugaragwa bw’i Yudaya (Matayo 3:1-4; Luka 4:1)
-
• Ikiyaya ca Yorodani (Matayo 3:13-15; Yohani 1:27, 30)
-
• Yeruzalemu (Matayo 23:37, 38)
-
• Samariya (Yohani 4:7-9, 40-42)
-
• Galilaya (Matayo 13:54-57)
-
• Fenisiya (Luka 4:25, 26)
-
• Siriya (Luka 4:27)
-
-
9:10 Yezu akubonamwo iki? (Yohani 2:25)
-
9:45 Ururirimbo No. 34 n’isengesho risozera

