Ku wa gatandatu
«Umwete w’inzu yawe uzondurumbamwo»—Yohani 2:17
Mu gitondo
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 93 n’isengesho
-
2:40 «Murondera iki?» (Yohani 1:38)
-
2:50 IGIKINO:
Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 2
«Uyu ni Umwana wanje»—Igice ca 2 (Yohani 1:19–2:25)
-
3:20 Ururirimbo No. 54 n’amatangazo
-
3:30 INSIGURO Y’IBICE INDWI: Niwigane abakunze ugusenga kw’ukuri
-
• Yohani Umubatizi (Matayo 11:7-10)
-
• Andereya (Yohani 1:35-42)
-
• Petero (Luka 5:4-11)
-
• Yohani (Matayo 20:20, 21)
-
• Yakobo (Mariko 3:17)
-
• Filipo (Yohani 1:43)
-
• Natanayeli (Yohani 1:45-47)
-
-
4:35 INSIGURO Y’IBATISIMU: Ico ibatisimu yawe isobanura (Malaki 3:17; Ivyakozwe 19:4; 1 Abakorinto 10:1, 2)
-
5:05 Ururirimbo No. 52 n’akaruhuko
Ku muhingamo
-
6:35 Ividewo y’umuziki
-
6:45 Ururirimbo No. 36
-
6:50 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Nushire mu ngiro ivyigwa dukura ku gitangaro ca mbere Yezu yakoze
-
• Nugaragaze impuhwe (Abagalatiya 6:10; 1 Yohani 3:17)
-
• Niwicishe bugufi (Matayo 6:2-4; 1 Petero 5:5)
-
• Nube umuntu atanga cane (Gusubira mu vyagezwe 15:7, 8; Luka 6:38)
-
-
7:20 Ingene «Umwagazi w’intama w’Imana» ukuraho igicumuro (Yohani 1:29; 3:14-16)
-
7:45 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Iranguka ry’ubuhanuzi bwerekeye Mesiya—Igice ca 2
-
• Yararurumba umwete w’inzu ya Yehova (Zaburi 69:9; Yohani 2:13-17)
-
• Yarabwiye «inkuru nziza abitonda» (Yesaya 61:1, 2)
-
• Yaratumye ‘umuco mwinshi’ ukayangana i Galilaya (Yesaya 9:1, 2)
-
-
8:20 Ururirimbo No. 117 n’amatangazo
-
8:30 «Kura ivyo bintu ng’aha!» (Yohani 2:13-16)
-
9:00 ‘Nzorwubaka’ (Yohani 2:18-22)
-
9:35 Ururirimbo No. 75 n’isengesho risozera

