Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw'ibirimwo rwa kabiri

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ivyabona vya Yehova

Ikirundi

Turirimbire Yehova tunezerewe

 URURIRIMBO RWA 52

Ukwiyegura kw’umukirisu

Select an Audio Recording
Ukwiyegura kw’umukirisu
UKO VYIPANGA
Igisomwa
Ishusho

(Abaheburayo 10:7, 9)

  1. 1. Yehova ni we Muremyi

    W’ibiriho vyose.

    Nta kintu kitari rwiwe,

    Ni we yabikoze.

    Ni we yatanz’ubuzima,

    Yerek’ibiremwa

    Kw’ari we wenyen’akwiriye

    Kwunamirw’agasengwa.

  2. 2. Yezu ni kwo kubatizwa

    Ngw’atsind’ikinyoma.

    Yasenze Se ati:

    ‘Ndaje gukor’ivy’ugomba.’

    Avuye muri Yordani

    Yararobanuwe.

    Yiyemeje kugamburuka

    Nk’uwa Se yacaguwe.

  3. 3. Turaj’iwawe Yehova

    Ngo tuguhimbaze.

    Twitange twiyoroheje,

    Tubigaragaze.

    Wahevye kinege wawe

    Aza kutwigura.

    Tubaho, dupfa, tur’abawe,

    Nta kindi twokwishura.